Top Songs By Young Spit
Credits
PERFORMING ARTISTS
Young Spit
Performer
COMPOSITION & LYRICS
Niyomwungere Eric
Songwriter
Lyrics
Nibuka tuki burara Tuja kuri stoki
Inzara ari yose Dukina nabana baba'bosi
Dushaka imisosi Mukibira nti'twatinya ipoli
Ubuzima bumbera insobe Nkiri muto nki'ciga indome
Amakaye kereyo na'gome Mama a'ndihira ishure ngo'some
Uniform duha piyo ashone Hezagigwa piyo kuvyo wakoze
Evariste anyigisha ibiharuru Sitani Nawe anyigisha indome
Ubwenge imana ibumpa bwose Aba Banyi bambera abagome
Nibuka tuki burara Tuja kuri stoki
Inzara ari yose Dukina nabana baba'bosi
Dushaka imisosi Mukibira nti'twatinya ipoli
Ubuzima bumbera insobe Nkiri muto nki'ciga indome
Indwi zinkara nivyo mutazi Twurira igiti dufise imanati
Indwi zinkara nivyo mutazi Twurira igiti dushaka ama papayi
Indwi zinkara nivyo mutazi Ibigori ibisheke naya misigati
Indwi zinkara nivyo mutazi
Mumifuko inoti Kandi benshi mumitwe turibroke
Abagabo ntibaronkera rimwe Ariko nanjeshaka kuba umu boss
Self made nabasavye infashanyo ntimwafashije
Put your people in position To secure your position
Nivyo benshi bananiwe
Nibuka tuki burara Tuja kuri stoki
Inzara ari yose Dukina nabana baba'bosi
Dushaka imisosi Mukibira nti'twatinya ipoli
Ubuzima bumbera insobe Nkiri muto nki'ciga indome
Amakaye kereyo na'gome Mama a'ndihira ishure ngo'some
Uniform duha piyo ashone Hezagigwa piyo kuvyo wakoze
Evariste anyigisha ibiharuru Sitani Nawe anyigisha indome
Ubwenge imana ibumpa bwose Aba Banyi bambera abagome
Nibuka tuki burara Tuja kuri stoki
Inzara ari yose Dukina nabana baba'bosi
Dushaka imisosi Mukibira nti'twatinya ipoli
Ubuzima bumbera insobe Nkiri muto nki'ciga indome
Writer(s): Niyomwungere Eric
Lyrics powered by www.musixmatch.com